Ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryiyamirije Misiri nyuma y'inyongwa ry'abantu 15 muri kuno kwezi, ONU ikavuga ko imanza zabo zishobora kuba zari iza ngondagondwe. ONU kandi ivuga ko ukwemara icaha ...
Ishami ry'Umuryango w'Abibumbye ryita ku buzima (OMS) ryemeje ko Misiri nta malaria ikiyirangwamo – igikorwa cyashimwe na OMS ko "mu by'ukuri cyanditse amateka". Umukuru wa OMS Tedros Adhanom ...