Igerageza rya mbere ry'umuti wari wizewe ko ushobora kuvura coronavirus rivugwa ko ataco ryatanze. Hari icizere c'uko umuti remdesivir wari gushobora kuvura Covid-19. Ariko igerageza ryabereye mu ...
Abantu ibihumbi n'ibihumbi barwaye umugera wa SIDA bagiye guhabwa umuti uterwa mu rushinge ukamara igihe kirekire, maze bagahagarika vya binini bama bafata buri musi. Abagiraneza bishimiye cane ...